Uzuri wako ni waajabu sana
Pale sipo kuona mi nakosa amani
Menya nashobora kuba kwisi ntagufite
Kandi Ubwiza bwawe burarenzi igipimo
Ico nogusaba ntiku nguma hafi
Kandi ndakwifuza mubu zima bwanje
Sipo tayari kuishi bila wewe
Nacho kuomba uwe mke mwema
Ubuzima bwanje buba bubi nagufite
Juwa kwamba mimi nakuitaji wewe
Ico nogusaba ntiku nguma hafi
Kandi ndakwifuza mubu zima bwanje
Ico nogusaba ni wengi Kati ya
Sipo tayari kuishi bila wewe
Nacho kuomba uwe mke mwema
Sipo tayari kuishi bila wewe
Nacho kuomba uwe mke mwema
Ico nogusaba ntiku nguma hafi
Kandi ndakwifuza mubu zima bwanje